Turacyari amasugi-Umutoza wa Panama

Harnan Dario Gomez yatangaje ko abakinnyi b'ikipe ya Panama bakiri amasugi mu mikino y'igikombe cy'isi. Ni nyuma y'imvura y'ibitego yabagwiriye ikipe y'igihugu y'Ubwongereza ikabatsinda ibitego 6-1. Mu kiganiro yahaye itangazamakuru yavuze ko ikipe ya Panama...

World Cup:Umutoza yabujije abakinnyi  gutera akabariro kubera gutsindwa 

Umutoza w'ikipe ya Panama yabujije abakinnyi  gutera akabariro nyuma yo gutsindwa n'Ububiligi 2-0. Ni amabwiriza Harnan Dario Gomez yari yashizeho yitegura umukino n'ikipe y'igihugu cy'Ubwongereza. Medic Lauren Streicher yabwiye US Today ko gukora imibonano mpuzabitsina nta...

Ahmed Musa yanditse amateka  

Ahmed Musa yanditse amateka mu gikombe cy’isi mu ikipe y'igihugu ya Nigeria nk'umukinnyi  umaze gutsinda ibitego byinshi. Ni nyuma yo gutsinda igitego mu mukino wabahuzaga n'ikipe y'igihugu ya Iceland warangiye ari ibitego 2 - 0. Musa...

Bigoranye Burezile yikuye imbere ya Kosita Rika-Amafoto

Ikipe ya Burezile yikuye imbere ya Kosita Rika yari yayibereye ibamba umukino urangira 2-0. Ni umukino waranzwe n'ishyaka aho ikipe ya Kosita Rika yabereye ibamba Burezile kugera mu minota ya nyuma.   Burezile yafunguye izamu mu minota...

World cup: Umunyonzi yagiye mu Burusiya n’igare agiye gufana

Clifin Francis wanyonze igare ava mu Buhinde yerekeza mu Burusiya agiye kwihera ijisho imikino y’igikombe cy’isi agiye guhura n’umukinnyi rurangiranwa Lionel Messi. Uyu munyonzi kabuhariwe ubwo yari yibereye iwabo mu Majyepfo y’Ubuhinde yabajijwe nimba azajya...

Ukuri kuri Neymar bivugwa ko yavunitse

Rutahitazamu w'ikipe ya Burezile  uzwi nka Neymar yagize akabazo k' ububabare bworoheje mu kabombampori.  Neymar yagize ikibazo kuri uyu wa mbere aho yagize akabazo bari mu myitozo. Abantu bahise bagira ikibazo ko yahuye n'imvune ariko amakuru...

World Cup:Senegale yihagazeho iba ikipe ya mbere Nyafurika itsinze

Ikipe ya Senegale yihagazeho iba ikipe ya mbere ibonye insinzi  itsinze Polonye ibitego 2 - 1 mu mikino y'igikombe cy'isi ya 2018.  Ni nyuma y'igihe amakipe amaze gukina yatsinzwe yose harimo ikipe ya Misiri, Nigeriya...

Impamvu abakinnyi babanza kwerekana amakariso mbere yo kwinjira mu kibuga

Mbere yuko umukinnyi wese yinjira mu kibuga abanza  kwinjira mu rusuzumiro maze bakareba ko umwenda yambariye imbere usa n’impuzankano y’ikipe ye. Abantu benshi bareba imikino y’umupira w'amaguru  bahoranaga urujijo  ku kintu abayobozi b’amakipe babanza kureba...

World Cup:Hateye icyorezo kitaramenyekana

Kuri uyu wa 17 Kamena 2018  hagaragaye icyorezo  cy'udusimba tutaramenyekana ubwoko bwatwo mu mikino y'igikombe cy'isi ikomeje kubera mu Burusiya.  Utu dusimba twagaragaye  kuri sitade ya  Volgograd umukino w'ikipe ya Tuniziya n'Ubwongereza waraye ubereye. Umunyamakuru...

Udushya twaranze umukino wa Burezile n’Ubusuwisi-Amafoto

Kuri uyu wa 17 Kanama 2018 ikipe y’igihugu ya Burezile bitunguranye yanganyije n'Ubusuwisi igitego 1-1.  Ni umukino waranzwemo udushya dutandukanye. Bwa mbere kuva mu 1998 Burezile  yanganyije n'Ubusuwisi Kuva mu mwaka w'i 1998 nibwo ikipe ya Burezile...
- Advertisement -

Recent Posts